Follow Mwambutsa-Bonne-Gouvernance across the charts and keep up with new listener reviews. Get the updates in your inbox.
Track this podcast · 7 days freeCard required. Cancel anytime. Choose your plan at signup.
Kaze ku rubuga twise “Mwambutsa Bonne Gouvernance”. Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu n’Abantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi n’ishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba n’igitsure canke areke abasambura n’abatryoza Ubumwe bw’Abarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi n’Abarundi. Murakaramba! Rwagasore ati: “Hatsinze Democratie nk’uko Abarundi bayumva kandi bayipfuza” (1961) Mwambutsa ati: “Uwushaka kumpoza ntampore” (1961)
Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
Sign up to track rankings and reviews from Spotify, Apple Podcasts and more.